1 Abami 18:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Na we amwishura ati: «Si jewe nakwegeye ivyago Isirayeli. Wewe n’abo mu nzu ya so ni mwe mwakweze ivyago, kuko mwaretse gukurikiza amabwirizwa ya Yehova mukurikira za Bayali+.
18 Na we amwishura ati: «Si jewe nakwegeye ivyago Isirayeli. Wewe n’abo mu nzu ya so ni mwe mwakweze ivyago, kuko mwaretse gukurikiza amabwirizwa ya Yehova mukurikira za Bayali+.