1 Abami 18:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Muraheza mwambaze izina ry’imana yanyu+, nanje ndambaza izina rya Yehova. Imana iza kwishura ikarungika umuriro izoba ari yo Mana y’ukuri+.» Abantu bose baca bishura bati: «Ni vyiza turavyemeye.»
24 Muraheza mwambaze izina ry’imana yanyu+, nanje ndambaza izina rya Yehova. Imana iza kwishura ikarungika umuriro izoba ari yo Mana y’ukuri+.» Abantu bose baca bishura bati: «Ni vyiza turavyemeye.»