1 Abami 18:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Nko mu masasita Eliya atangura kubatwenga, avuga ati: «Erega nimuhamagare n’ijwi ryanyu ryose. None si imana+? Ishobora kuba yatwawe n’ivyiyumviro canke ikaba yagiye kwituma*. Canke wosanga isinziriye bikenewe ko bayivyura!» 1 Abami Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 18:27 Niwigane, rup. 88 Umunara w’Inderetsi,1/1/2008, rup. 20
27 Nko mu masasita Eliya atangura kubatwenga, avuga ati: «Erega nimuhamagare n’ijwi ryanyu ryose. None si imana+? Ishobora kuba yatwawe n’ivyiyumviro canke ikaba yagiye kwituma*. Canke wosanga isinziriye bikenewe ko bayivyura!»