1 Abami 18:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Baguma bahamagara n’ijwi ryabo ryose bongera bikebaguza ibibugita* n’amacumu nk’uko babigira mu migenzo yabo. Barabandanya gushika n’aho bava amaraso umubiri wose.
28 Baguma bahamagara n’ijwi ryabo ryose bongera bikebaguza ibibugita* n’amacumu nk’uko babigira mu migenzo yabo. Barabandanya gushika n’aho bava amaraso umubiri wose.