1 Abami 18:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Hanyuma agishirako inkwi, abaga ya shuri maze ibihimba vyayo abishira kuri nya nkwi+. Aca ababwira ati: «Nimwuzuze amazi imibindi minini ine, muyasuke kuri iri shikanwa riturirwa no ku nkwi.»
33 Hanyuma agishirako inkwi, abaga ya shuri maze ibihimba vyayo abishira kuri nya nkwi+. Aca ababwira ati: «Nimwuzuze amazi imibindi minini ine, muyasuke kuri iri shikanwa riturirwa no ku nkwi.»