1 Abami 18:40 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 40 Maze Eliya ababwira ati: «Nimucakire abahanuzi ba Bayali! Ntihagire n’umwe muri bo abajana!» Baca barabacakira, hanyuma Eliya abamanukana ku mugezi* Kishoni+, abicirayo+. 1 Abami Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 18:40 Niwigane, rup. 90-91 Umunara w’Inderetsi,1/1/2008, rup. 20-21
40 Maze Eliya ababwira ati: «Nimucakire abahanuzi ba Bayali! Ntihagire n’umwe muri bo abajana!» Baca barabacakira, hanyuma Eliya abamanukana ku mugezi* Kishoni+, abicirayo+.