1 Abami 18:42 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 42 Nuko Ahabu aduga kurya no kunywa. Nayo Eliya aduga kw’isonga ry’umusozi Karumeli maze arapfukama, yubika umutwe hafi y’amavi+. 1 Abami Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 18:42 Niwigane, rup. 93-94 Umunara w’Inderetsi,1/4/2008, rup. 17-18
42 Nuko Ahabu aduga kurya no kunywa. Nayo Eliya aduga kw’isonga ry’umusozi Karumeli maze arapfukama, yubika umutwe hafi y’amavi+.