-
1 Abami 18:43Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
43 Maze abwira umusuku wiwe ati: «Ndagusavye uduge urabe amaja ku kiyaga.» Nuko araduga araraba maze avuga ati: «Nta na kimwe mbona.» Mu nyuma Eliya amubwira ati: «Subirayo.» Yamusubijeyo incuro indwi.
-