-
1 Abami 18:44Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
44 Ku ncuro igira indwi, wa musuku wiwe avuga ati: «Ehe ndabonye agacu kangana n’ikiganza c’umuntu, kaduga kavuye mu kiyaga.» Eliya amwishura ati: «Genda ubwire Ahabu uti: “Bohera umukogote ku mafarasi umanuke ugende kugira ngo imvura y’isegenya ntigusange ng’aha.”»
-