1 Abami 19:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Aca araryama, asinzirira munsi ya nya gati k’umurotemu. Mugabo aja yumva umumarayika amukozeko+ amubwira ati: «Vyuka urye+.» 1 Abami Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 19:5 Niwigane, rup. 103 Umunara w’Inderetsi,1/7/2011, rup. 20
5 Aca araryama, asinzirira munsi ya nya gati k’umurotemu. Mugabo aja yumva umumarayika amukozeko+ amubwira ati: «Vyuka urye+.»