-
1 Abami 19:6Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
6 Yikanguye abona iruhande y’umutwe hari agakate kiburungushuye gateretse ku mabuye ashushe n’ikarabo ry’amazi. Ararya aranywa, aca asubira kuryama.
-