1 Abami 19:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Eliya akimara kwumva iryo jwi, aca yipfuka impuzu* yiwe mu maso+ araheza arasohoka, ahagarara ku bwinjiriro bwa nya senga. Iryo jwi rica rimubaza riti: «Uriko ukora iki ng’aha ga Eliya?»
13 Eliya akimara kwumva iryo jwi, aca yipfuka impuzu* yiwe mu maso+ araheza arasohoka, ahagarara ku bwinjiriro bwa nya senga. Iryo jwi rica rimubaza riti: «Uriko ukora iki ng’aha ga Eliya?»