1 Abami 19:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Eliya aca ava ng’aho aragenda, asanga Elisha mwene Shafati ariko ararimisha inka. Imbere yiwe hari impfizi 24 zifatanijwe ari zibirizibiri, we akaba yariko ararimisha zibiri za nyuma. Eliya aca amusanga iyo ari, amutererako ya mpuzu* yiwe+. 1 Abami Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 19:19 Umunara w’Inderetsi,1/2/2014, rup. 12
19 Eliya aca ava ng’aho aragenda, asanga Elisha mwene Shafati ariko ararimisha inka. Imbere yiwe hari impfizi 24 zifatanijwe ari zibirizibiri, we akaba yariko ararimisha zibiri za nyuma. Eliya aca amusanga iyo ari, amutererako ya mpuzu* yiwe+.