-
1 Abami 20:6Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
6 Mugabo ejo nk’aya mango nzorungika abantu banje iwawe, basake bitonze inzu yawe n’inzu z’abantu bagukorera. Ibintu vyose vy’agaciro utunze bazobitora babitware.”»
-