-
1 Abami 20:8Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 Maze abashingantahe bose n’abantu bose bamubwira bati: «Ntumwumvire. Ntiwemere ivyo akubwiye.»