1 Abami 20:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Beni-Hadadi yari kumwe na ba bami mu mahema* bariko baranywa. Akimara kwumva iyo nyishu, aca abwira abantu biwe ati: «Nimwitegure tuje ku rugamba!» Nuko baca baritegura kugira batere ico gisagara.
12 Beni-Hadadi yari kumwe na ba bami mu mahema* bariko baranywa. Akimara kwumva iyo nyishu, aca abwira abantu biwe ati: «Nimwitegure tuje ku rugamba!» Nuko baca baritegura kugira batere ico gisagara.