1 Abami 20:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Bahengera mu masasita bava mu gisagara. Ico gihe Beni-Hadadi yariko aranywa yaborewe, ari kumwe na ba bami 32 bari baje kumufasha, bari mu mahema*.
16 Bahengera mu masasita bava mu gisagara. Ico gihe Beni-Hadadi yariko aranywa yaborewe, ari kumwe na ba bami 32 bari baje kumufasha, bari mu mahema*.