-
1 Abami 20:17Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
17 Ba bagabo b’ibisongerezi ni bo babanje kuva mu gisagara. Beni-Hadadi abibonye, aca arungika abaja kuraba abo bantu abo ari bo, maze bamubwira bati: «Ni abantu bavuye i Samariya.»
-