1 Abami 20:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Umwami wa Isirayeli na we ava mu gisagara, yica abarwanira ku mafarasi no ku mikogote, atsinda Abasiriya bimwe bikomeye*.
21 Umwami wa Isirayeli na we ava mu gisagara, yica abarwanira ku mafarasi no ku mikogote, atsinda Abasiriya bimwe bikomeye*.