-
1 Abami 20:23Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
23 Maze abajenama b’umwami wa Siriya bamubwira bati: «Imana yabo ni Imana yo mu misozi. Ni co catumye baturusha inkomezi. Mugabo nitwarwanira na bo mu biyaya tuzobatsinda.
-