1 Abami 20:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Uheze ukoranye* ingabo zingana n’izo watakaje, usubirize n’amafarasi be n’imikogote watakaje. Tuzoca turwanira na bo mu biyaya, kandi ntituzobura kubatsinda.» Nuko yumva impanuro bamuhaye, aca akora nk’uko bamubwiye.
25 Uheze ukoranye* ingabo zingana n’izo watakaje, usubirize n’amafarasi be n’imikogote watakaje. Tuzoca turwanira na bo mu biyaya, kandi ntituzobura kubatsinda.» Nuko yumva impanuro bamuhaye, aca akora nk’uko bamubwiye.