1 Abami 20:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Umwaka utanguye*, Beni-Hadadi akoranya Abasiriya hanyuma aja i Afeki+ kurwana n’Abisirayeli.