1 Abami 20:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Abisirayeli na bo nyene baca barakorana, batekererwa n’ibifungurwa hanyuma baja guhangana n’Abasiriya, bakambika imbere yabo. Uravye igitigiri c’abasoda b’Abisirayeli wamengo ni utugwi tubiri tw’impene. Abasiriya bobo bari buzuye akarere kose+.
27 Abisirayeli na bo nyene baca barakorana, batekererwa n’ibifungurwa hanyuma baja guhangana n’Abasiriya, bakambika imbere yabo. Uravye igitigiri c’abasoda b’Abisirayeli wamengo ni utugwi tubiri tw’impene. Abasiriya bobo bari buzuye akarere kose+.