28 Maze wa muntu w’Imana y’ukuri araza, abwira umwami wa Isirayeli ati: «Yehova avuze ati: “Ko Abasiriya bavuze ngo: ‘Yehova ni Imana yo mu misozi, si Imana yo mu biyaya’, ngomba ndagufashe gutsinda iri sinzi ry’ingabo+. Uraheza umenye vy’ukuri yuko ndi Yehova+.”»