-
1 Abami 20:32Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
32 Nuko bakenyera amagunira, babohera n’imigozi ku mutwe. Hanyuma baja kuraba umwami wa Isirayeli bamubwira bati: «Umusuku wawe Beni-Hadadi avuze ati: “Ndagusavye ntunyice.”» Na we yishura ati: «Mbega aracariho? Ni mwenewacu.»
-