-
1 Abami 20:33Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
33 Nuko bibaha icizigiro, ubwo nyene baca babona ko atabahenze. Maze bavuga bati: «Beni-Hadadi ni mwenewanyu.» Ahabu ni kwo guca ababwira ati: «Genda mumuzane.» Beni-Hadadi aca aza iyo Ahabu ari, Ahabu na we amwuriza mu mukogote.
-