34 Beni-Hadadi aca amubwira ati: «Nzosubiza ibisagara dawe yatwaye so, kandi uzogira ibibanza vyo kudandarizamwo i Damasiko nk’uko na dawe yari abifise i Samariya.»
Ahabu amwishura ati: «Ko unsezeraniye ivyo, ndakureka ugende.»
Nuko bagirana amasezerano, hanyuma aramureka aragenda.