1 Abami 20:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Maze umwe mu bana* b’abahanuzi*+ abwira uwo bari kumwe ati: «Ndagusavye unkubite.» Yehova ni we yari yabimutumye. Ariko nya muntu yanka kumukubita.
35 Maze umwe mu bana* b’abahanuzi*+ abwira uwo bari kumwe ati: «Ndagusavye unkubite.» Yehova ni we yari yabimutumye. Ariko nya muntu yanka kumukubita.