-
1 Abami 20:40Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
40 Jewe umusuku wawe hari utuntu nariko ndakora, mpindukiye nsanga wa muntu yagiye.» Umwami wa Isirayeli aca amwishura ati: «None ntiwumva ko urwiciriye? Ico gihano uragikwiriye.»
-