1 Abami 20:42 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 42 Nya muhanuzi avuga ati: «Yehova avuze ati: “Ko warekuye umuntu navuze ko ategerezwa kwicwa+, uzopfa mu kibanza ciwe*+, abantu bawe na bo bapfe mu kibanza c’abiwe+.”»
42 Nya muhanuzi avuga ati: «Yehova avuze ati: “Ko warekuye umuntu navuze ko ategerezwa kwicwa+, uzopfa mu kibanza ciwe*+, abantu bawe na bo bapfe mu kibanza c’abiwe+.”»