2 Abami 17:37 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 Muze mwame mukurikiza neza ivyagezwe vyanje, ingingo nashinze, amategeko, n’amabwirizwa nabandikiye+, kandi ntimuze mutinye izindi mana.
37 Muze mwame mukurikiza neza ivyagezwe vyanje, ingingo nashinze, amategeko, n’amabwirizwa nabandikiye+, kandi ntimuze mutinye izindi mana.