2 Abami 18:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Hezekiya+ mwene Ahazi+ umwami w’Ubuyuda yabaye umwami mu mwaka ugira gatatu Hosheya+ mwene Ela umwami wa Isirayeli aganza.
18 Hezekiya+ mwene Ahazi+ umwami w’Ubuyuda yabaye umwami mu mwaka ugira gatatu Hosheya+ mwene Ela umwami wa Isirayeli aganza.