2 Abami 18:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Yari afise imyaka 25 igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka 29 aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Abi*, akaba yari umukobwa wa Zakariya+.
2 Yari afise imyaka 25 igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka 29 aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Abi*, akaba yari umukobwa wa Zakariya+.