2 Abami 18:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Bafata Samariya+ haheze imyaka itatu. Hari mu mwaka ugira gatandatu Hezekiya aganza, ni ukuvuga mu mwaka ugira icenda Hosheya umwami wa Isirayeli aganza.
10 Bafata Samariya+ haheze imyaka itatu. Hari mu mwaka ugira gatandatu Hezekiya aganza, ni ukuvuga mu mwaka ugira icenda Hosheya umwami wa Isirayeli aganza.