2 Abami 18:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ivyo vyabaye kubera yuko Abisirayeli batumvirije Yehova Imana yabo, baguma barenga kw’isezerano bagiranye, ni ukuvuga ibintu vyose Musa umusavyi wa Yehova yari yarabategetse+. Ntibumvirije canke ngo bagamburuke.
12 Ivyo vyabaye kubera yuko Abisirayeli batumvirije Yehova Imana yabo, baguma barenga kw’isezerano bagiranye, ni ukuvuga ibintu vyose Musa umusavyi wa Yehova yari yarabategetse+. Ntibumvirije canke ngo bagamburuke.