2 Abami 19:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Umwami yumva amakuru avuga ko Tiruhaka umwami wa Etiyopiya yaje kumutera. Aca yongera kurungika intumwa+ kuri Hezekiya ati:
9 Umwami yumva amakuru avuga ko Tiruhaka umwami wa Etiyopiya yaje kumutera. Aca yongera kurungika intumwa+ kuri Hezekiya ati: