2 Abami 19:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Hezekiya atora rero amakete izo ntumwa zimuzaniye arayasoma, hanyuma aja ku nzu ya Yehova, ayagaranzura* imbere ya Yehova+.
14 Hezekiya atora rero amakete izo ntumwa zimuzaniye arayasoma, hanyuma aja ku nzu ya Yehova, ayagaranzura* imbere ya Yehova+.