2 Abami 19:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Hezekiya aca atangura gusengera+ imbere ya Yehova ati: «Ewe Yehova Mana ya Isirayeli, wewe wicaye ku ntebe yawe y’ubwami hejuru* y’abakerubi+, ni wewe wenyene uri Imana y’ukuri y’ubwami bwose bwo kw’isi+. Ni wewe waremye* ijuru n’isi.
15 Hezekiya aca atangura gusengera+ imbere ya Yehova ati: «Ewe Yehova Mana ya Isirayeli, wewe wicaye ku ntebe yawe y’ubwami hejuru* y’abakerubi+, ni wewe wenyene uri Imana y’ukuri y’ubwami bwose bwo kw’isi+. Ni wewe waremye* ijuru n’isi.