2 Abami 21:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 «Manase umwami w’Ubuyuda aguma akora ivyo bintu biteye ishishi. Akora ibintu vy’ububisha biruta ivyo Abamori+ bose babayeho imbere yiwe bakoze+, agatuma n’abantu bo mu Buyuda bacumura kubera ibigirwamana vyiwe bisesemye*.
11 «Manase umwami w’Ubuyuda aguma akora ivyo bintu biteye ishishi. Akora ibintu vy’ububisha biruta ivyo Abamori+ bose babayeho imbere yiwe bakoze+, agatuma n’abantu bo mu Buyuda bacumura kubera ibigirwamana vyiwe bisesemye*.