2 Abami 24:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Umwami wa Babiloni atwara kandi abarwanyi bose, bakaba bari 7.000. Atwara n’abanyamyuga b’abahinga be n’abacuzi*, bose hamwe bakaba bari 1.000. Abo bantu bose yatwaye mu bunyagano bari abagabo b’intwari bazi kurwana.
16 Umwami wa Babiloni atwara kandi abarwanyi bose, bakaba bari 7.000. Atwara n’abanyamyuga b’abahinga be n’abacuzi*, bose hamwe bakaba bari 1.000. Abo bantu bose yatwaye mu bunyagano bari abagabo b’intwari bazi kurwana.