2 Abami 24:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Maze umwami wa Babiloni yimika Mataniya sewabo wa Yehoyakini+, amugira umwami mu kibanza ciwe. Araheza amuhindura izina, amwita Zedekiya+.
17 Maze umwami wa Babiloni yimika Mataniya sewabo wa Yehoyakini+, amugira umwami mu kibanza ciwe. Araheza amuhindura izina, amwita Zedekiya+.