2 Abami 25:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ku musi ugira icenda w’ukwezi kugira kane, inzara yari imaze gukara+ mu gisagara, kandi nta bifungurwa abanyagihugu bari bafise+.
3 Ku musi ugira icenda w’ukwezi kugira kane, inzara yari imaze gukara+ mu gisagara, kandi nta bifungurwa abanyagihugu bari bafise+.