2 Abami 25:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Nayo ku bijanye na za nkingi zibiri, ca gitangi citwa Ikiyaga, na ya mashareti Salomo yari yarakoreye inzu ya Yehova, nta washobora gupima umujumpu wari kuri ivyo bintu vyose+.
16 Nayo ku bijanye na za nkingi zibiri, ca gitangi citwa Ikiyaga, na ya mashareti Salomo yari yarakoreye inzu ya Yehova, nta washobora gupima umujumpu wari kuri ivyo bintu vyose+.