2 Abami 25:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Gedaliya arabarahira, bo hamwe n’ingabo zabo, aca ababwira ati: «Ntimutinye kuganzwa n’Abakaludaya. Nimube mu gihugu mukorere umwami wa Babiloni, bizoheza bibagendere neza+.»
24 Gedaliya arabarahira, bo hamwe n’ingabo zabo, aca ababwira ati: «Ntimutinye kuganzwa n’Abakaludaya. Nimube mu gihugu mukorere umwami wa Babiloni, bizoheza bibagendere neza+.»