2 Abami 25:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Inyuma y’ivyo abantu bose, kuva ku muto gushika ku wuhambaye, ushizemwo n’abakuru b’ingabo, barahunga baja mu Misiri kuko batinye Abakaludaya+.
26 Inyuma y’ivyo abantu bose, kuva ku muto gushika ku wuhambaye, ushizemwo n’abakuru b’ingabo, barahunga baja mu Misiri kuko batinye Abakaludaya+.