2 Abami 25:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Mu mwaka ugira 37 Yehoyakini+ umwami w’Ubuyuda ari mu bunyagano, ku musi ugira 27 w’ukwezi kugira 12, Evili-Merodaki umwami wa Babiloni akura Yehoyakini* umwami w’Ubuyuda mw’ibohero. Hari mu mwaka Evili-Merodaki yatanguriyemwo kuganza+. 2 Abami Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 25:27 Umunara w’Inderetsi,1/6/2012, rup. 5
27 Mu mwaka ugira 37 Yehoyakini+ umwami w’Ubuyuda ari mu bunyagano, ku musi ugira 27 w’ukwezi kugira 12, Evili-Merodaki umwami wa Babiloni akura Yehoyakini* umwami w’Ubuyuda mw’ibohero. Hari mu mwaka Evili-Merodaki yatanguriyemwo kuganza+.