2 Abami 25:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Evili-Merodaki amuyagisha neza, maze amuha ikibanza c’iteka* kuruta abandi bami bari mu bunyagano i Babiloni.
28 Evili-Merodaki amuyagisha neza, maze amuha ikibanza c’iteka* kuruta abandi bami bari mu bunyagano i Babiloni.