2 Abami 5:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Gehazi+ umusuku wa Elisha wa muntu w’Imana y’ukuri+ yibwira ati: «Databuja yanse kwakira ivyo wa Musiriya Namani+ yazanye, aramureka aragenda. Ndarahiye Yehova Imana nzima, ngira niruke ndamukurikire, ndabe ico nomukurako.»
20 Gehazi+ umusuku wa Elisha wa muntu w’Imana y’ukuri+ yibwira ati: «Databuja yanse kwakira ivyo wa Musiriya Namani+ yazanye, aramureka aragenda. Ndarahiye Yehova Imana nzima, ngira niruke ndamukurikire, ndabe ico nomukurako.»