- 
	                        
            
            2 Abami 6:15Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
 - 
                            
- 
                                        
15 Umusuku wa nya muntu w’Imana y’ukuri avyuka kare mu gitondo maze asohoka hanze. Agize atya abona ingabo zikikuje ico gisagara hamwe n’amafarasi n’imikogote y’intambara. Nya musuku aca amubwira ati: «Turagowe, databuja! Tugire iki?»
 
 -