-
2 Abami 6:20Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
20 Bashitse i Samariya, Elisha avuga ati: «Yehova, ndagusavye wugurure amaso y’aba bantu babone.» Yehova aca abugurura amaso, basanga bari hagati mu gisagara ca Samariya.
-